Yosuwa 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yosuwa abwira ba bantu babiri baza gusuma urusaku* muri ico gihugu ati: «Nimwinjire mu nzu ya wa mumaraya, mumusohorane n’abiwe bose nk’uko mwabimurahiye+.»
22 Yosuwa abwira ba bantu babiri baza gusuma urusaku* muri ico gihugu ati: «Nimwinjire mu nzu ya wa mumaraya, mumusohorane n’abiwe bose nk’uko mwabimurahiye+.»