Yosuwa 6:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abo basore baca barinjira, basohora Rahabu na se na nyina na basazawe n’abiwe bose, basohora abo mu muryango wiwe bose+. Babashikana impore inyuma y’ikambi ya Isirayeli.
23 Abo basore baca barinjira, basohora Rahabu na se na nyina na basazawe n’abiwe bose, basohora abo mu muryango wiwe bose+. Babashikana impore inyuma y’ikambi ya Isirayeli.