Yosuwa 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Rahabu wa mumaraya n’urugo rwa se n’abiwe bose, ni bo gusa Yosuwa atishe+. Kandi Rahabu yibera muri Isirayeli gushika n’uyu musi+, kuko yanyegeje za ntumwa Yosuwa yarungika gusuma urusaku i Yeriko+.
25 Rahabu wa mumaraya n’urugo rwa se n’abiwe bose, ni bo gusa Yosuwa atishe+. Kandi Rahabu yibera muri Isirayeli gushika n’uyu musi+, kuko yanyegeje za ntumwa Yosuwa yarungika gusuma urusaku i Yeriko+.