2 Maze Yosuwa arungika abagabo ngo baje mu gisagara ca Ayi+ bavuye i Yeriko. Ico gisagara cari hafi ya Beti-Aveni, kikaba no mu buseruko bwa Beteli+. Ababwira ati: «Nimuduge musume urusaku muri ako karere.» Nuko nya bagabo baduga gusuma urusaku mu gisagara ca Ayi.