-
Yosuwa 7:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Yosuwa aca yitaburirako impuzu, apfukama imbere y’isandugu ya Yehova arunama mu maso hiwe hashika hasi. Agumaho gushika ku mugoroba ari kumwe n’abashingantahe bo muri Isirayeli. Baguma bisūrirako umukungugu ku mitwe.
-