Yosuwa 7:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aca abwira inzu zo mu muryango wa Yuda ngo zegere maze inzu ya bene Zera+ irafatwa. Ubukurikira abwira inzu ya bene Zera ngo yegere, umugabo umwumwe ukwiwe, maze Zabidi arafatwa.
17 Aca abwira inzu zo mu muryango wa Yuda ngo zegere maze inzu ya bene Zera+ irafatwa. Ubukurikira abwira inzu ya bene Zera ngo yegere, umugabo umwumwe ukwiwe, maze Zabidi arafatwa.