-
Yosuwa 7:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Yosuwa aca abwira Akani ati: «Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli, umwaturire ico wakoze. Ndagusavye umbwire ivyo wakoze. Ntumpishe.»
-