Yosuwa 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Uzogirire Ayi n’umwami waho nk’uko wagiriye Yeriko n’umwami waho+. Ariko ubu hoho murashobora gusahura ivyo batunze n’ibitungwa vyabo. Abasoda bo kuhatera baze binyegeze inyuma y’igisagara.»
2 Uzogirire Ayi n’umwami waho nk’uko wagiriye Yeriko n’umwami waho+. Ariko ubu hoho murashobora gusahura ivyo batunze n’ibitungwa vyabo. Abasoda bo kuhatera baze binyegeze inyuma y’igisagara.»