Yosuwa 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abasoda bose+ bari kumwe na we baraduga bashika aharabana n’ico gisagara, bakambika mu buraruko bwa Ayi. Hagati yabo na Ayi hari umubande.
11 Abasoda bose+ bari kumwe na we baraduga bashika aharabana n’ico gisagara, bakambika mu buraruko bwa Ayi. Hagati yabo na Ayi hari umubande.