Yosuwa 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Uku ni ko abasoda bari bapanze: ikirindiro nyamukuru cari mu buraruko bw’igisagara+, bamwe binyegeje inyuma yaco na bo bari mu burengero+. Iryo joro Yosuwa aja hagati muri wa mubande*.
13 Uku ni ko abasoda bari bapanze: ikirindiro nyamukuru cari mu buraruko bw’igisagara+, bamwe binyegeje inyuma yaco na bo bari mu burengero+. Iryo joro Yosuwa aja hagati muri wa mubande*.