ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Umwami wa Ayi akimara kubibona, we n’abagabo bo mu gisagara baca bavyuka kare, birukira hanze y’igisagara gutana mu mitwe na Isirayeli. Nuko bahurira mu kibanza kirabana n’ikiyaya c’ubugaragwa, ariko umwami wa Ayi ntiyari azi ko hari abinyegeje inyuma y’igisagara ngo bagitere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika