-
Yosuwa 8:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Yosuwa n’Abisirayeli bose babonye ko ba basoda bari binyegeje bafashe igisagara, bakabona n’umwotsi waco uduga, baca bahindukirira abagabo b’i Ayi batangura kubica.
-