Yosuwa 8:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bamwe bari mu gisagara baca baravayo baza guhura na bo. Abagabo b’i Ayi basigara bari hagati, bakikujwe n’Abisirayeli. Maze Abisirayeli barabica, ntihagira n’umwe abajana canke acika kw’icumu+.
22 Bamwe bari mu gisagara baca baravayo baza guhura na bo. Abagabo b’i Ayi basigara bari hagati, bakikujwe n’Abisirayeli. Maze Abisirayeli barabica, ntihagira n’umwe abajana canke acika kw’icumu+.