Yosuwa 8:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nuko Yosuwa ntiyasubiza hasi kwa kuboko yari afatishije icumu+, gushika ahejeje gutikiza ababa i Ayi bose+.
26 Nuko Yosuwa ntiyasubiza hasi kwa kuboko yari afatishije icumu+, gushika ahejeje gutikiza ababa i Ayi bose+.