Yosuwa 10:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Akimara kuvyumva, agira ubwoba bwinshi+ kuko Gibeyoni cari igisagara gikomeye nka kimwe mu bisagara bitwarwa n’abami. Carasumba Ayi+ kandi abagabo baho bose bari bazi kurwana.
2 Akimara kuvyumva, agira ubwoba bwinshi+ kuko Gibeyoni cari igisagara gikomeye nka kimwe mu bisagara bitwarwa n’abami. Carasumba Ayi+ kandi abagabo baho bose bari bazi kurwana.