Yosuwa 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko abo bami batanu b’Abamori+ bakoranira hamwe bari kumwe n’ingabo zabo, ni ukuvuga umwami wa Yeruzalemu, uwa Heburoni, uwa Yarimuti, uwa Lakishi n’uwa Eguloni. Baca baragenda bakambika hafi ya Gibeyoni kugira bahatere.
5 Nuko abo bami batanu b’Abamori+ bakoranira hamwe bari kumwe n’ingabo zabo, ni ukuvuga umwami wa Yeruzalemu, uwa Heburoni, uwa Yarimuti, uwa Lakishi n’uwa Eguloni. Baca baragenda bakambika hafi ya Gibeyoni kugira bahatere.