Yosuwa 10:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze abagabo b’i Gibeyoni barungikira ubutumwa Yosuwa kw’ikambi i Gilugali+ bati: «Ntuhebe abashumba bawe*+. Nyaruka udutabare, udufashe. Abami bose b’Abamori bo mu karere k’imisozi badukoraniye.»
6 Maze abagabo b’i Gibeyoni barungikira ubutumwa Yosuwa kw’ikambi i Gilugali+ bati: «Ntuhebe abashumba bawe*+. Nyaruka udutabare, udufashe. Abami bose b’Abamori bo mu karere k’imisozi badukoraniye.»