Yosuwa 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova aca abwira Yosuwa ati: «Ntubatinye+, kuko nabaguhaye+. Nta n’umwe muri bo azogutsinda+.»