Yosuwa 10:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Haba imbere y’aho canke inyuma y’aho, nta musi nk’uwo wigeze ubaho aho Yehova yumvirije ijwi ry’umuntu+ muri ubwo buryo. Yehova yabigize kubera yariko arwanira Isirayeli+.
14 Haba imbere y’aho canke inyuma y’aho, nta musi nk’uwo wigeze ubaho aho Yehova yumvirije ijwi ry’umuntu+ muri ubwo buryo. Yehova yabigize kubera yariko arwanira Isirayeli+.