Yosuwa 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nayo ba bami batanu, bari bahunze baja kwinyegeza mw’isenga i Makeda+.