Yosuwa 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Inyuma y’ivyo, abasoda bose bagaruka amahoro aho Yosuwa ari kw’ikambi i Makeda. Nta muntu n’umwe yabaye acubahuka kuvuga nabi* Abisirayeli.
21 Inyuma y’ivyo, abasoda bose bagaruka amahoro aho Yosuwa ari kw’ikambi i Makeda. Nta muntu n’umwe yabaye acubahuka kuvuga nabi* Abisirayeli.