Yosuwa 10:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bakura rero ba bami batanu mw’isenga, barabamuzanira. Ni bo b’aba: umwami wa Yeruzalemu, uwa Heburoni, uwa Yarimuti, uwa Lakishi n’uwa Eguloni+.
23 Bakura rero ba bami batanu mw’isenga, barabamuzanira. Ni bo b’aba: umwami wa Yeruzalemu, uwa Heburoni, uwa Yarimuti, uwa Lakishi n’uwa Eguloni+.