Yosuwa 10:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Izuba rirenze, Yosuwa ategeka ko babamanura kuri nya biti+ bakabaterera muri rya senga bari binyegejemwo. Baca bashira ibibuye bininibinini ku munwa w’iryo senga, kandi ni ho bikiri gushika n’uyu musi.
27 Izuba rirenze, Yosuwa ategeka ko babamanura kuri nya biti+ bakabaterera muri rya senga bari binyegejemwo. Baca bashira ibibuye bininibinini ku munwa w’iryo senga, kandi ni ho bikiri gushika n’uyu musi.