Yosuwa 10:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yehova aha Abisirayeli intsinzi kuri ico gisagara n’umwami waho+, baragitikiza. Abaho bose babicisha inkota, ntibasigaza n’umwe. Umwami waho bamugira nk’uko bagize umwami wa Yeriko+.
30 Yehova aha Abisirayeli intsinzi kuri ico gisagara n’umwami waho+, baragitikiza. Abaho bose babicisha inkota, ntibasigaza n’umwe. Umwami waho bamugira nk’uko bagize umwami wa Yeriko+.