Yosuwa 10:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Horamu umwami wa Gezeri+ aca aduga gutabara Lakishi, ariko Yosuwa amwicana n’ingabo ziwe, ntiyasigaza n’umwe.
33 Horamu umwami wa Gezeri+ aca aduga gutabara Lakishi, ariko Yosuwa amwicana n’ingabo ziwe, ntiyasigaza n’umwe.