Yosuwa 10:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Uwo musi nyene barahafata, abaho babicisha inkota. Batikiza abahaba bose kuri uwo musi, nk’uko babigize i Lakishi+.
35 Uwo musi nyene barahafata, abaho babicisha inkota. Batikiza abahaba bose kuri uwo musi, nk’uko babigize i Lakishi+.