-
Yosuwa 10:37Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
37 Bafata ico gisagara baragitikiza. Bicisha inkota abakibamwo, umwami waho n’ababa mu bisagara bihakikuje, ntibasigaza n’umwe. Yosuwa arahatikiza n’abaho bose, ahagira nk’uko yagize Eguloni.
-