Yosuwa 10:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Afata ico gisagara n’umwami waho n’ibisagara bihakikuje. Abahaba bose babicisha inkota, barabatikiza+ ntihasigara n’umwe+. Yosuwa agira Debiri n’umwami waho nk’uko yagize Heburoni na Libuna hamwe n’umwami waho.
39 Afata ico gisagara n’umwami waho n’ibisagara bihakikuje. Abahaba bose babicisha inkota, barabatikiza+ ntihasigara n’umwe+. Yosuwa agira Debiri n’umwami waho nk’uko yagize Heburoni na Libuna hamwe n’umwami waho.