Yosuwa 10:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Nuko Yosuwa atsinda abo bami bose, afata n’igihugu cabo mu kiringo kimwe, kuko Yehova Imana ya Isirayeli ari we yarwanira Isirayeli+.
42 Nuko Yosuwa atsinda abo bami bose, afata n’igihugu cabo mu kiringo kimwe, kuko Yehova Imana ya Isirayeli ari we yarwanira Isirayeli+.