Yosuwa 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yabini umwami wa Hazori akimara kuvyumva, aca arungikira ubutumwa Yobabu umwami wa Madoni+, n’umwami wa Shimuroni n’umwami wa Akishafu+.
11 Yabini umwami wa Hazori akimara kuvyumva, aca arungikira ubutumwa Yobabu umwami wa Madoni+, n’umwami wa Shimuroni n’umwami wa Akishafu+.