Yosuwa 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abahaba bose babicisha inkota, barabatikiza+. Nta gihumeka na kimwe casigaye+, maze aturira igisagara ca Hazori. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:11 Be maso!,7/2012, rup. 19
11 Abahaba bose babicisha inkota, barabatikiza+. Nta gihumeka na kimwe casigaye+, maze aturira igisagara ca Hazori.