-
Yosuwa 11:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Ariko rero ibisagara vyose vyari vyubatswe ku dusozi, Abisirayeli ntibabituriye kiretse Hazori. Ico gisagara conyene ni co Yosuwa yaturiye.
-