Yosuwa 11:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ivyo Yehova yari yarategetse umusavyi wiwe Musa, ni ko Musa na we yabitegetse Yosuwa+, kandi Yosuwa yabikoze ukwo nyene. Nta na kimwe atakoze mu vyo Yehova yari yarategetse Musa vyose+.
15 Ivyo Yehova yari yarategetse umusavyi wiwe Musa, ni ko Musa na we yabitegetse Yosuwa+, kandi Yosuwa yabikoze ukwo nyene. Nta na kimwe atakoze mu vyo Yehova yari yarategetse Musa vyose+.