Yosuwa 11:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ico gihe Yosuwa azimanganya bene Anaki+ baba mu karere k’imisozi, ababa i Heburoni, i Debiri, i Anabu n’ababa mu karere k’imisozi k’Ubuyuda kose n’aka Isirayeli kose. Yosuwa arabatikiza, atikiza n’ibisagara vyabo+.
21 Ico gihe Yosuwa azimanganya bene Anaki+ baba mu karere k’imisozi, ababa i Heburoni, i Debiri, i Anabu n’ababa mu karere k’imisozi k’Ubuyuda kose n’aka Isirayeli kose. Yosuwa arabatikiza, atikiza n’ibisagara vyabo+.