Yosuwa 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yosuwa rero yigarurira igihugu cose nk’uko Yehova yari yarabisezeraniye Musa+. Araheza agiha Abisirayeli ngo kibe intoranwa yabo hisunzwe imiryango yabo, ku buryo umwe wose uronka umugabane wawo+. Nuko igihugu kiruhuka intambara+. Yosuwa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:23 Umunara w’Inderetsi,1/12/2004, rup. 11-12
23 Yosuwa rero yigarurira igihugu cose nk’uko Yehova yari yarabisezeraniye Musa+. Araheza agiha Abisirayeli ngo kibe intoranwa yabo hisunzwe imiryango yabo, ku buryo umwe wose uronka umugabane wawo+. Nuko igihugu kiruhuka intambara+.