3 Yatwara kandi akarere ka Araba gushika ku kiyaga ca Kinereti+ amaja mu buseruko. Ako karere karabandanya no ku kiyaga co muri Araba ari co kiyaga c’Umunyu, mu buseruko werekeza i Beti-Yeshimoti, kakabandanya n’amaja mu bumanuko munsi y’umusozi Pisiga+.