Yosuwa 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Musa umusavyi wa Yehova n’Abisirayeli ni bo batsinze abo bami+. Musa umusavyi wa Yehova aca yegurira akarere kabo Abarubeni, Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase+.
6 Musa umusavyi wa Yehova n’Abisirayeli ni bo batsinze abo bami+. Musa umusavyi wa Yehova aca yegurira akarere kabo Abarubeni, Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase+.