Yosuwa 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Gabura rero iki gihugu kugira ngo ya miryango icenda hamwe n’igice c’umuryango wa Manase ironke intoranwa yayo+.»
7 Gabura rero iki gihugu kugira ngo ya miryango icenda hamwe n’igice c’umuryango wa Manase ironke intoranwa yayo+.»