Yosuwa 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umuryango w’Abalewi ni wo gusa Musa atahaye intoranwa+. Intoranwa yabo ni amashikanwa bashikanisha umuriro ahabwa Yehova Imana ya Isirayeli+, nk’uko nyene yabibasezeraniye+.
14 Umuryango w’Abalewi ni wo gusa Musa atahaye intoranwa+. Intoranwa yabo ni amashikanwa bashikanisha umuriro ahabwa Yehova Imana ya Isirayeli+, nk’uko nyene yabibasezeraniye+.