Yosuwa 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Akarere kabo kava ku gisagara ca Aroweri kiri ku mpera y’umubande* wa Arunoni. Karimwo n’igisagara kiri muri uwo mubande, n’amatāba yose ari iruhande ya Medeba,
16 Akarere kabo kava ku gisagara ca Aroweri kiri ku mpera y’umubande* wa Arunoni. Karimwo n’igisagara kiri muri uwo mubande, n’amatāba yose ari iruhande ya Medeba,