Yosuwa 13:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Akarere kabo kahera i Mahanayimu+ kagafata na Bashani yose, ni ukuvuga ubwami bwose bwa Ogi umwami wa Bashani n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri i Bashani. Kari kagizwe n’ibisagara 60.
30 Akarere kabo kahera i Mahanayimu+ kagafata na Bashani yose, ni ukuvuga ubwami bwose bwa Ogi umwami wa Bashani n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri i Bashani. Kari kagizwe n’ibisagara 60.