Yosuwa 13:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Izo ni zo ntoranwa Musa yabahaye mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, hakurya ya Yorodani mu buseruko bwa Yeriko+.
32 Izo ni zo ntoranwa Musa yabahaye mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, hakurya ya Yorodani mu buseruko bwa Yeriko+.