Yosuwa 14:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze abagabo bo mu muryango wa Yuda baza kuraba Yosuwa i Gilugali+. Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi amubwira ati: «Urazi neza ivyo Yehova yabwiye+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ ku bitwerekeye twe nawe igihe twari i Kadeshi-Baruneya+.
6 Maze abagabo bo mu muryango wa Yuda baza kuraba Yosuwa i Gilugali+. Kalebu+ mwene Yefune Umukenizi amubwira ati: «Urazi neza ivyo Yehova yabwiye+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ ku bitwerekeye twe nawe igihe twari i Kadeshi-Baruneya+.