Yosuwa 14:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Imyaka 45 iraheze kuva Yehova abwiye Musa iryo sezerano, igihe Abisirayeli bari bakigendagenda mu bugaragwa+. Muri iyo myaka yose, Yehova yaranzigamye+ nk’uko yabisezeranye+. Raba n’ubu ndacariho, mfise imyaka 85.
10 Imyaka 45 iraheze kuva Yehova abwiye Musa iryo sezerano, igihe Abisirayeli bari bakigendagenda mu bugaragwa+. Muri iyo myaka yose, Yehova yaranzigamye+ nk’uko yabisezeranye+. Raba n’ubu ndacariho, mfise imyaka 85.