Yosuwa 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo.
12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo.