Yosuwa 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune aronka umugabane muri bene Yuda nk’uko Yehova yari yarabitegetse Yosuwa. Yaronse Kiriyati-Aruba, ari yo Heburoni+ (uwo Aruba yari se wa Anaki).
13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune aronka umugabane muri bene Yuda nk’uko Yehova yari yarabitegetse Yosuwa. Yaronse Kiriyati-Aruba, ari yo Heburoni+ (uwo Aruba yari se wa Anaki).