Yosuwa 15:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko Kalebu yomora abahungu batatu ba Anaki+ babayo, ari bo Sheshayi, Ahimani na Talimayi+. Abo ni bene Anaki.
14 Nuko Kalebu yomora abahungu batatu ba Anaki+ babayo, ari bo Sheshayi, Ahimani na Talimayi+. Abo ni bene Anaki.