Yosuwa 15:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Maze Akisa ariko araja kwa Otiniyeli, aguma abwira uwo mugabo wiwe ngo asabe itongo se wiwe Kalebu. Akisa aca yururuka indogobwa yari yicayeko* maze Kalebu amubaza ati: «Wipfuza iki+?»
18 Maze Akisa ariko araja kwa Otiniyeli, aguma abwira uwo mugabo wiwe ngo asabe itongo se wiwe Kalebu. Akisa aca yururuka indogobwa yari yicayeko* maze Kalebu amubaza ati: «Wipfuza iki+?»