Yosuwa 15:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Na we ati: «Ndagusavye umpe umuhezagiro. Ko wampaye ahantu humye mu bumanuko*, numpe na Guloti-Mayimu*.» Kalebu aca amuha Guloti ya Ruguru na Guloti y’Epfo.
19 Na we ati: «Ndagusavye umpe umuhezagiro. Ko wampaye ahantu humye mu bumanuko*, numpe na Guloti-Mayimu*.» Kalebu aca amuha Guloti ya Ruguru na Guloti y’Epfo.