Yosuwa 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Karaheza kakamanuka mu burengero ku rubibe rw’Abayafuleti, kakagenda gushika ku rubibe rwa Beti-Horoni+ y’Epfo n’i Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga.
3 Karaheza kakamanuka mu burengero ku rubibe rw’Abayafuleti, kakagenda gushika ku rubibe rwa Beti-Horoni+ y’Epfo n’i Gezeri+, kakagarukira ku kiyaga.